Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#indundi | Mkombozi ari mu myiteguro

$
0
0
Mkombozi ngo ariko arategurira indirimbo nshasha naho hataramenyekana igihe izosohokera hamwe n’ubutumwa buzoba burimwo. Indundi Indirimbo nshasha y’umuririmvyi Mkombozi ngo yoba iriko irategurwa, ivyo vyashikirijwe n’uwo muririmvyi nyene ubwiwe aho yatubwira ko agize imisi ataryama arara yicaye kubera ukwandika indirimbo yiwe nshasha. Naho hamenyekanye ko hari iyiriko irandikwa ntiharamenyekana igihe izosohorerwa canke abazoyikora abaribo. Mwomenya […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Latest Images

Trending Articles



Latest Images