Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi|Abatware nibo baza imbere mu kurya ibiturire no kunyuruza itunga rya Leta

$
0
0
Umushikiranganji ajejwe intwaro ibereye n’imigambi ya Leta Serge Ndayiragije araterakama abajejwe intwaro kubera abandi akarorero mu kurwanya abary’ibiturire n’abanyuruza itunga ry’igihugu. Serge Ndayiragije amenyesha ko abatware aribo baza imbere mu kunyuruza itunga rya leta, ivyo akaba yabishikirije mw’isekeza ryo kurwanya ibiturire ririko ribera mu ntara z’ubumanuko n’ubuseruko……..                 […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Latest Images

Trending Articles



Latest Images