Igituma yambaye impuzu benshi bavuga ko zitajanye n’umuco nyarwanda ngo nuko yashaka kujanisha n’ikibanza yararimwo, ivyo vyashikirijwe na Assinah umuririmnvyikazi w’umunyarwanda. Indundi Inyuma y’ukwambara mu giteramo cabaye kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 27 rusama(5) impuzu abatari bake bamenyesheje ko zitajanye n’umuco nyarwanda, asinah ayaga n’ikinyamakuru Igihe yamenyesheje ko atari yiteze ko bamushima kuko ngo […]
↧