Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Agriculture: Bongewe ikiringo co kuriha amafaranga y’ifumbire

Mw’itangazo ryashizwe ahabona n’ubushikiranganji bw’uburimyi, ubworozi n’ibidukikije kuri uno wa gatatu, igenekerezo rya 23 Kigarama 2020, ubwo bushikiranganji bumenyesha ko bwongeye abarimyi ikiringo...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Ingaruka mbi zishobora guterwa n’indwara z’igisukari hamwe n’ivuduka...

Ubashikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bufadikanyije n’ishirahamwe ryitaho amagara y’abantu kw’isi bari mwisekeza ryo guhamagarira abantu kwipimisha ingwara z’igisukari...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Nziza Desire yavuze ku mukagato w’amafaranga yakoresheje ku bugeni bwiwe

Ubugeni bwa Nziza Desire buheruka gukorerwa hano iwacu ngo bwamutwaye amafaranga Atari make. Uwo muririmvyi akaba n’umwanditsi wa “Rukundo Virus”, yatanze impamvu bwakozwe n’igifovya c’amafaranga kuri...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Komanda yinjiye mu gitigiri c’abahowe indyane zirangwa hagati ya Big Fizzo na...

Kuba yarinjiye mu masanamu y’indirimbo ya Sat-b, ngo vyatumye Komanda asa nk’uwubaye igicibwa mu mugwi w’abahabwa ibiraka bitandukanye n’umuririmvyi bahanganye, Big Fizzo. Umukinyi w’amareresi atwenza...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Aba Diaspora ngo baragisibije muri ino misi

Aba Diaspora ngo baragisibije hano I Bujumbura muri ino misi, ivyo n’ibishikirizwa na bamwe mu ncuti z’abafise abakunzi muri abo barundi baba hakurya y’amazi. Ivyo bikaba bivugwa bisunze ko ngo...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

#diaspora|Mbega ingingo ya Samuel Ndayiragije yoba ariwo muti w’ibibazo muri...

Abanje kwerekana iyo ishirahamwe rihurikiyemwo abarundi baba ku mugabane wa America BDUSA yarivanye naho yarishikanye , Samuel Ndayiragije yahavuye yifatira ingingo yo gukinjura mu matora. Ingingo...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Impunzi y’umurundi muri Kenya itanga akazi, ikanafasha kugwanya Corona Virus...

Hampande yo kuba umwe mu batanga akazi mu gace aherereyemwo, Innocent Havyarimana n’umwe mu bafasha kugwanya ikiza ca Corona Virus mw’ikambi y’impunzi ya Kakuma muri Kenya. Muri uno mwaka wa 2015,...

View Article

Image may be NSFW.
Clik here to view.

Umukunzi wa DJ Ira ntakibarizwa I Kigali

Amajambo y’umunezero uvanze n’umubabaro niyo yaranze igice ca Story ca Instagram y’umu Dj w’umurundi, Dj Ira, abarizwa mu gihugu kibanyi c’Urwanda. Ayo majambo yashizwe kuri urwo rubuga ku musi wa...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Abavyeyi b’umukunzi wa Alvin babonye umukwe wabo kuri Noheri

Mu gihe igenekerezo rya 25/12 igice kitari gito c’ababa kw’isi baba bariko bahimbaza ivuka ry’akana Yezu, Noheli, Iwabo n’umukunzi wa Alvin bari baramutse babona umukwe. Alvin Smith ngo bagiye...

View Article


Image may be NSFW.
Clik here to view.

Olegue ngo Korayo niy’abadandaza gusa

Mu gihe abatari bake bagize imisi basa nkaho bariko batera amabuye umuririmvyi Olegue, bakayamutera kubera indirimbo yashize ahabona  yise “Korayo”, uwo muririmvyi mu kiganiro yatanze ku nsamirizi...

View Article


Latest Images