Inyuma y’inkino mpuzamakungu zabaye kuri uno wa gatandatu, ku migwi ya hano iwacu ( LLBS4A na Olympique Star), ihiganwa rya Primus Ligue ryabandanije kuri uyu w’Imana wa 11 Ruhuhuma ku ndwi y’18. Inkino zitatu gusa akaba arizo zari ku rutonde. Messager Ngozi bitayoroheye na gato, yatsinze Athletico Olympique ibitsindo bibiri kuri kimwe , gutyo ifata […]
↧