Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Lumitel Burundi yongereje amasezerano y’ugufasha umugwi nserukiragihugu.

$
0
0
Kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya cumi na kabiri Ruhuhuma, ishirahamwe ry’ugutumanako amakuru Lumitel- Burundi ryongereje amasezerano y’ugufasha umugwi nserukiragihugu w’umupira w’amaguru. Ibirori vyatewe iteka n’umukuru w’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru, umukenguzamateka Reverien Ndikuriyo ari kumwe n’icegera c’umukuru wa Lumitel Burundi Nguyen Huy Tan.  Ibahasha ringana n’imiliyoni ijana na mirongo ine z’amarundi ( 140.000.000 fbu), niyo mahera agiye […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles