Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all 9033 articles
Browse latest View live

Kings Cup : Al Taawoun niyo yaraye itahukanye igikombe

$
0
0
Umugwi Al Taawoun ukinamwi Cédric Amissi waraye utahukanye igikombe ca Kings Cup. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 2 Rusama umwaka w’2019 niho umugwi Al Taawoun ukinamwo cédric Amissi wakinye urikino rwa nyuma rw’igikombe ca Kings Cup n’umugwi Al Ittihad , urwo rukino rukaba rwararangiye umugwi Al Taawoun ukinamwo umusatirizi w’intamba mu rugamba Cédric Amissi […]

Ihiganwa ry’abigeme ryabandanije kundwi igira 5

$
0
0
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu bigeme ryabandanije kundwi yaryo igira 5. Kuri uyu wa gatadandatu igenekerezo rya 05 Rusama umwaka wa 2019 . I Ngozi isaha zine zo mu gatondo 10h FOFILA PF yakinye na Christ Roi I gihanga isaha zitanu 11h Lionnes Fc yahuye na Rain Bow Mu Kayanza Isaha zitanu 11h […]

Ikiziga ca Papy Faty ngo vuba kirashikanwa i Bujumbura

$
0
0
Ikiziga c’umuhisi Papy Faty umukinyi w’intamba mu rugamba ngo mu misi ya vuba bagiye kugishikana i Bujumbura. Nk’uko vyashikirijwe n’uwo basanze bavukana igihe yariko aganira n’indudni Sports Iddy Faty yavuze y’uko atagisivya ikiziga ca mukuruwe Papy Faty kiza kubashikira mw’ijoro ry’uno musi wa gatandatu hama bukeye Imana ibishatse bace bacuriza indege bakizane i Bujumbura kumuhambana […]

Diaspora| Ndayishimiye Shebby yasubiye kuzanira imfashanyo Academie Gitega

$
0
0
Umurundi asanzwe aba mu gihugu c’Ubwongereza Ndayishimiye Shebby Warren abandanya gufata mu mugongo urwaruka rw’i Gitega abicishije mu nkino. Ku musi wa kane igenenerezo rya 02 Rusama umwaka wa 2019, mu ntara ya Gitega niho mushingantahe Ndayishimiye Shebby Warren yashikirije imfashanyo y’ibirato vyo gukina umupira w’amaguru umugwi Academie Gitega basanzwe bakorana haraciye igihe c’imyaka 5 […]

Justin Ndikumana yashimiwe n’umugwi wiwe

$
0
0
Umunyegori w’Intamba mu rugamba aguma agira ibihe vyiza mu gihugu ca Kenya kuva aho ashikiye mu mugwi Sofapaka Fc. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 04 Rusama umwaka wa 2019 , umunyegori w’intamba mu rugamba Justin Ndikumana yashimiwe n’umugwi Sofapaka Fc uri mu cicaro cambere mw’ihiganwa ryo muri Kenya . Akaba yahawe agashirukabute my kumushimira […]

Indege izana ikiziga ca Papy Faty ngo yabuze

$
0
0
Ikiziga c’umuhisi Papy Faty cabuze indege igishikana i Bujumbura Amakuru indundi Sports yakuye kuwusanzwe avukana na Papy Faty ariwe Iddy Faty aravuga y’uko ikiziga ca mukuru wiwe Papy Faty caraye gishitse mu gisagaca ca Johanesbourg mu gihugu ca Africa y’epfo kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 03 Rusama umwaka wa 2019 inyuma yo kurwa mu […]

Mavugo Laudit yatsinze ibitsindo 3 wenyene atahana umupira

$
0
0
Umukinyi w’umusatirizi w’Intamba mu rugamba Mavugo Laudit abandanya yitwara neza mu gihugu ca Zambia Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 04 Rusama umwaka wa 2019 , niho umugwi Napsa Star ukinamwo Mavugo Laudit wari wakiriye umugwi Forest Rangers mu rukino rw’indwi ya 14 y’ihiganwa ryo muri Zambia, urwo rukino rukaba rwarangiye Napsa Star utsinze Forest […]

Ubu nibwo buzima bwa Chebby Brandon

$
0
0
Uburundi ni igihugu gifise abakinyi bakina i Buraya batari bake kandi bafise ingabirano zidasanzwe. Uno musi dushaka tuvuge kuvyerekeye ubuzima bw’umukinyi w’Umurundi asanzwe akina mu bwongereza yitwa Chebby Brandon. Chebby Brandon n’umurundi asanzwe afise imyaka 18 y’amavuko yavukiye mu gihugu c’Ubwongereza se wiwe ni umurundi akaba yitwa Ndayishimiye Chebby Warren mugihe Nyina wiwe ari umuzungukazi […]

Zari yavuze impamvu ashaka kuba umu Millionaire

$
0
0
Ubu Zari ngo yishakira kwironderera amahera biciye ahandi apana mu muziki. Kuko kuba umu Millionaire mu kuririmba bigoye gusumba izindi nzira. “Nta mafaranga ahari bomuriha ngo bikunde ashobore kuja muri Clip Video y’umuririmvyi numwe”. Ivyo n’ivyashikirijwe na Zarinah Hassan aho yaganira na Millardayo TV. Muri ico kiganiro, Zari yavuze ko ubu arajwe ishinga no guca […]

Brarudi ryaterereye imiriyoni 35 z’amarundi umugwi w’intamba mu rugamba

$
0
0
Inyuma yo gufata mu mugongo ihiganwa rya Primus league ishirahamwe Brarudi ryasubiye kandi gufata mu mugongo umugwi w’ Intamba mu rugamba . Hari mu gatondo ko kumusi wa gatandatu w’indwi iheze igenekerezo rya 04 Rusama umwaka wa 2019 , i Gitega Ku murwa mukuru wa Poritike aho ishirahamwe Brarudi risanzwe rihingura ibinyobwa mu Burundi ryashira […]

Ulimwengu Jules yaraye afashije Rayon Sports gutsinda Police Fc

$
0
0
Umukinyi w’intamba mu rugamba Ulimwengu Jules yabaye umwami w’ibitsindo mu gihugu c’Urwanda . Ku mugoroba wo kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 04 Rusama umwaka wa 2019 , niho umugwi wa Police Fc ukinamwo umukinyi w’umurundi Hakizimana Issa wari wakiriye umugwi Rayon sports ukinamwo Ulimwengu Jules , urwo rukino rukaba rwaraye rurangiye Umusaiirizi w’intamba mu […]

League B : Uku niko imigwi yatsindanye ku ndwi ya 11

$
0
0
Mu mpera z’indwi yaraye irangiye ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri League B ryarabandanije ku ndwi yaro igira 11. Uku niko imigwi yatsindanye : Rumonge City yatsinze Les Jeunes Athletic ibitsindo 3 kuri 1 Muzinga Fc inyagira Aigle Noir B ibitsindo 5 kuri 1 Busoni Star yatsinzwe na Delta Star ibitsindo 3 kuri 4 Bs […]

Ihiganwa ry’abigeme : Uku niko imigwi yatsindanye ku ndwi igira 5

$
0
0
Ihiganwa ry’abigeme ryarabandanije kundwi igira 5 mu mpera z’indwi yaraye irangiye. Uku niko batsindanye : Umugwi Liommes Watsinze Rain bow igitsindo 1 Ku 0 Ubuntu women Fc utsindwa na La Colombe Fc igitsindo 1 Ku 0 PVP Buyenzi yanyagiye Lionne Star ibitsindo 13 Ku 0 Inyange Fc inganya na Onze Etoile 0 Ku 0 Fofila […]

Ninde yoba ari mukuri hagati yabo?

$
0
0
Ni mugihe bamwe bagira bati : Sat-b afata menshi abandi ngo oya ni naka afata menshi. Inyuma yaho umuririmvyikazi Natacha avugiye ko mugiteramo categuwe na Cristal Events ariwe muririmvyi w’umurundi yari yahawe amafaranga menshi munyuma hakaboneka isanamu ya Sat-b avuga ngo “Ntibababeshe ngo ooohhh oooohhh ibi na biriya oyaah nije muririmvyi wa hano (Burundi) mfata […]

Nyakwigendera Papy Faty yaraye asezerewe ubwanyuma muri Africa y’epfo

$
0
0
Nyakwigendera Papy Faty yaraye asezerewe ubwanyuma n’abakunzi b’intamba basanzwe baba mu gihugu ca Africa y’epfo , incuti n’abagenzi biwe bakinana muri ico gihugu. Nyakwigendera Papy Faty akaba amaze indwi 2 yitavye Imana aguye mu kibuga mu rukino rw’ihiganwa ryo muri Swaziland igihe umugwi yahora akinamwo ariwo Melanti Chiefs wariko uratana mu mitwe n’umugwi Green Mamba. […]

Olympic Star igarukanye abahoze ari abakinyi babo

$
0
0
Umugwi Olympic Star wo mu ntara ya Muyinga wagarukanye abahoze ari abakinyi babo mu mwaka uheze. Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 06 Rusama umwaka wa 2019 , niho umugwi Olympic Star wo mu ntara ya Muyinga wasubira guha amasezerano mashaha abahoze ari abakinyi bawo aribo umusatirizi wabo Pascal Ramadhan hamwe n’umukinyi wabo […]

Diaspora| Chebby Warren arabandanya gushigikira urwaruka

$
0
0
Umurundi aba mu gihugu c’Ubwongereza Ndayishimiye Chebby Warren abandanya yerekana uburyo akunda igihugu ciwe c’amavukiro mu gufasha urwaruka rw’imihingo itandukanye mu gihugu. Inyuma yo gutanga ibikoresho vy’inkino bigizwe n’ibirato vyo gukina, amashesheti hamwe n’imyambaro ku rwaruka rukina umupira w’amaguru mu ntara ya Gitega “Academie Gitega”, ku musi wa kabiri igenekerezo rya 07 Rusama umwaka wa […]

Ikiziga ca Papy Faty cashikanwe i Bujumbura

$
0
0
Ikiziga c’umuhisi Papy faty umukinyi w’intamba mu rugamba gihejeje gushikanwa Ku kibuga c’indege can Bujumbura . Hari isaha indwi n’igice 13h30 z’umurango niho indege izanye ikiziga ca nyakwigendera Papy Faty yashika ku kibuga c’indege ca Bujumbura . Incuti n’umurango wiwe ndetse na bamwe mu barongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB baje kwakira ikiziga ciwe. […]

Papy Faty yashinguranwe iteka

$
0
0
Umuhisi Papy Faty yashinguranwe iteka mw’itongo ry’abapfuye ryo ku Mpanda . Inyuma y’aho ikiziga c’umukinyi w’intamba mu rugamba Papy Faty gishikaniwe ku kibuga c’indege ca Bujumbura, kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 10 Rusama umwaka wa 2019 niho uwo muhisi Papy Faty yashinguranwa iteka n’incuti, abagenzi, abakunzi biwe, abo bakinanye mu mugwi nserukira gihugu w’intamba […]

Diamond Platnumz na Tanasha bazorushinga Imana ibishatse

$
0
0
Tanasha yavuze ko ata kwihuta kuri mu bugeni vyavuzwe ko bazogira na Diamond, ubu ngo bipfuza kwibanda cane ku bucuti bwabo. Ubugeni bwa Diamond na Tanasha ngo burashobora kutazoba uwu mwaka, ubona n’umwaka usa n’uwugenda wiruka. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na Tanasha ubwiwe mu kiganiro aheruka gukorana na Wasafi FM. Mu kiganiro Block 89, yavuze […]
Viewing all 9033 articles
Browse latest View live