Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi|Umwenda Leta iheraniye abadandaza ngo niwo wateye ikena ry’igitoro

$
0
0
Ikena ry’igitoro risigaye riteye  ubwoba muri ino misi ngo ryavuye ku mafaranga Leta iheraniye abadandaza b’igitoro bahora bakizana mu Burundi. Nk’uko tubimenyeshwa n’uwurongoye ishirahamwe ryo kurwanya ibiturire “OLUCOME” umushingantahe Gabriel RUFYIRI, ngo iryo kena ry’igitoro haba mu gisagara ca Bujumbura canke mu ntara hagati ngo ryavuye ku mafaranga agera ku miliyaridi icumi y’amarundi (10 milliards […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles