Amakuru ava mu gipolisi amenyesha ko uwo mugabo yagandaguwe kuri uno wa mbere igenekerezo rya 9 rusama 2016 igihe c’isaha zitandatu zo ku murango neza na neza muri Karitiye ya Bubanza, zone Kinama kw’ibarabara ry’icumi na kabiri, inomero 17. Amakuru ava ngaho nyene mu kinama, amenyesha ko abagandaguye uwo muntu ngo baje kw’ipikipiki hama bamushikiriye […]
↧