Iminyororo yo guherayo igera kuri 21 irikumwe n’iminyororo mperekeza y’imyaka 20 ibuza umuntu aba yayiciriwe gukora akazi ako ariko kose ka Leta, iminyororo itanu y’imyaka 2 hamwe n’abambitswe izera babiri ; Urwo nirwo rubanza rwasomwe mu gatondo ko kuri uwu wambere igenekerezo rya 9 rusama 2016 na Sentare Ntahinyuzwa mu rubanza rw’abagirizwa kugerageza guhirika ubutegetsi […]
↧