Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#indundi | Thyti Love yiteze gukora amasanamu y’indirimbo zishika kuri 3

$
0
0
Umwaka wa 2016 uzokorwamwo amasanamu n’ibiteramo bitandukanye kubwa Thyti Love nkuko yabishikirije muri Indundi Hits show. Indundi Umuririmvyikazi Thyti Love ng’Umwaka wa 2016 ugeze mu kwezi kwa gatanu uzorangira akoze amasanamu y’indirimbo zishika kuri zitatu. Ivyo yabishikirije mu kiganiro Indundi Hits show gica Ku nsamirizi Indundi radio. Muri ico kiganiro uwo muvyeyi w’abana babiri yabajijwe […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033