Umwanya w’ukuganiro n’Imana umwana w’umuntu yarafise aho hambere hahise, ngo watwawe n’iterambere abantu basigaye bagendana. Indundi Umwanya umwana w’umuntu yahora amara ariko arashima Imana yongera ayiyegereza ngo waramaze kumuherana nkuko bishikirizwa n’abakozi b’Imana batandukanye. Mw’isigura ryabo bamwe bakerekana ko uwo Mwanya watwawe n’iterambere Umwana w’umuntu wenyene yirondereye nk’uburyo bwa none Internet, uduhamagazo tugezweho n’ibindi bitandukanye. […]
↧