Ni kuva mu bucagucagu bw’uno munsi wa kabiri aho ku rukuta rwa facebook ya Costantin Mutima , umwe mu bakurukiranira hafi umugwi w’intamba mu rugamba na cane cane ko asanzwe ashinzwe gukurikirana abakinyi b’abarundi bakina hanze, Manager Costantin Mutima ashikiriza ko bamaze kuganira na Abdel Maleck yoba atakigarutse kumenyereza Intamba mu rugamba. Bikaba vyabonetse kare […]
↧