#indundi | Abantu basigaye batakigira umwanya wo kuba hamwe n’Imana
Umwanya w’ukuganiro n’Imana umwana w’umuntu yarafise aho hambere hahise, ngo watwawe n’iterambere abantu basigaye bagendana. Indundi Umwanya umwana w’umuntu yahora amara ariko arashima Imana yongera...
View Article#Indundi Sports |Ait Abdel Maleck Ahcene yoba atakiri umumenyereza w’intamba...
Ni kuva mu bucagucagu bw’uno munsi wa kabiri aho ku rukuta rwa facebook ya Costantin Mutima , umwe mu bakurukiranira hafi umugwi w’intamba mu rugamba na cane cane ko asanzwe ashinzwe gukurikirana...
View Article#Indundi Sports|Abakinyi ba ”Buja City” bafashe ingingo y’ukudakina inkino...
Kuva ku munsi w’ejo ku wa mbere abakinyi w’umugwi wa Buja City isanzwe yegukira igisagara ca Bujumbura, barafashe ingingo y’ukudakina urukino rwa nyuma rwa Championnat ya Primus Ligue kuko hari ivyo...
View Article#Burundi| Ibiganiro vyonyene ngo nivyo vyotuma haba akunguko muvy’ubutunzi
Ingorane ziri mu bisata vya politike hamwe n’umutekano mu Burundi, ngo nivyo bituma abategetsi b’Uburundi badashaka ko haba ibiganiro bihurikiyemwo bose. Ico n’iciyumviro c’icegera c’uwurongoye...
View Article#Burundi| Abantu bagera kuri batatu baraye bishwe ku mutumba wa Gishiha
Nk’uko tubimenyeshwa na Musitanteri wa komine Burambi iri mu ntara ya Rumonge, umupfasoni Adélaïde NDUWMANA, umurwi w’abagizi ba nabi bitwaje ibirwanisho ngo warateye mu bunywero buri ku mutumba wa...
View Article#Burundi| Harakewe itegeko ryokingira ibimenyetso vya “Croix Rouge” mu Burundi
Umusi mpuzamakungu wahariwe “Croix Rouge” wama uhimbazwa igenekerezo rya 8 rusama uko umwaka utashe wahimbajwe muri uno mwaka kucivugo kivuga kiti : “Ahantu hose, umwanya wose no kuri bose“. Uwo musi...
View Article#Burundi diaspora|Breaking News : Impfu zibiri zikwirikirana mu Barundi baba...
Amakuru dukura mw’Ishirahamwe ry’Abarundi ryitwa ” BAHO” baba muri Arizona muri Reta zunzubumwe za Amerika amenyesha yuko Abarundi babiri bari muri uwo muryango bosa bitavye Imana bikwirikaranya...
View Article#Indundi film|Ireresi yiswe “Two Children” yo ngo ntiza ivyorosha.
Abakinyi b’amareresi badasanzwe bahurikiye mu murwi “The Dream Classic” y’i Bujumbura babazaniye ireresi nshasha yitwa “TWO CHILDREN”. Abakera barayamaze bati “Kananira abagabo ntiyimye” kandi ngo...
View Article#Burundi| Umusi wo kwiyamiriza amabi akorerwa abakenyezi mu Burundi
Abapfasoni bahawe ubutumire bw’uko nabo bogenda mu biganiro bizohuza abarundi bizoba bihagarikiwe n’umuhuza wo mu karere, baramenyesha ko ihangiro nyamukuru rizoba ribajanye ari ukwiyamiriza amabi...
View Article#Burundi|CNARED|Dr Jean Minani ati ibikorwa vyinshi vyarakozwe hasigaye...
Indundi Dr Jean Minani yatowe ngo arongore CNARED mw’itangazo yashize ahabona kur’uyu wa 10 Rusama, aterakamo inzego zijejwe umutekano ko kutaguma zirorera mu gihe zisamburwa mbere zigasubirizwa...
View Article#Indundi Sports |Primus Ligue : Twokwitega iki mu nkino z’indwi ya nyuma zo...
Ku munsi wa gatatu igenekerezo rya 11 Rusama niho hategekanijwe inkino za nyuma z‘ihiganwa ry’umupira w’amaguru hano mu Burundi, aho hategekanijwe inkino zigera kuri zitandatu ku musi umwe gusa, mu...
View Article#Burundi| Freddy Mbonimpa ati urwaruka rukwiye kuja mu ma komite y’umutekano
Indundi Urwaruka rwo mugisagara ca Bujumbura rusabwa kuja mu ma komite y’umutekano, ivyo bikaba vyashikirijwe mu nama yagirishijwe kur’uyu wa 11 Rusama(05) n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura Freddy...
View Article#indundi | Ntare niko kazina k’indirimbo nshasha ya Master Bk
Indirimbo Ntare ngo niyo ndirimbo nshasha y’umuririmvyi Master Bk igihe gushirwa ahabona nkuko yabiyagiye indundi magazine. Indundi Inyuma y’indirimbo inkinzo ya Nyaburunga yakunzwe cane, umuririmvyi...
View Article#Indundi Sports |Intambwe z’Uburundi zigiye kwitabira amahiganwa ya Rugby mu...
Kuva ku munsi w’imana igenekerezo rya 15 Rusama mu gihugu c’urwanda mu gisagara ca Kigali, hazotangutura ihiganwa ry’ibihugu bine ico bita (Tournoi de 4 nations ) mu rukino rwa Rugby.Ibihugu bizitabira...
View Article#Indundi Sports |Volley Beach : Imikangara y’Uburundi ntiyashoboye gushika...
Kuva ku munsi wa kane w’indwi iheze mu gihugu ca Tunisia hariko habera amahiganwa y’urwego rwa Afrika mu ntumbero y’ukurondera imigwi izoja mu nkino za nyuma za Olympique zizobera mu gihugu ca Bresil....
View Article#indundi | Amasanamu y’indirimbo Melody Mt Number one yakoranye na Esther...
Ibikorwa vyakozwe na Mt Number one I Burundi birabandanya kuja ahabona. Inyuma y’amasanamu y’indirimbo Chamkorobatti, Melody nayo igiye gukurikira. Indundi Inyuma y’i ndwi imwe gusa umuririmvyi Mt...
View Article#Burundi| Umwaka urarangaye ihirikwa ry’ubutegetsi ripfuvye kuwa 13 rusama 2015
Umwaka urarangiye itembagazwa ry’ubutegetsi ryari ryateguwe hama rigapfuba hari kw’igenekerezo rya 13 rusama 2015, ubu abanyagihugu baba mu ma karitiye avurwa ko yiyamirije ikiringo ca gatatu ca Petero...
View Article#Burundi| Abasore bagera kuri batanu bahagaritswe n’igipolisi muri Mugamba
Abo basore bafashwe n’igipolisi igihe cari cazindukiye mu bikorwa vyo gusaka ku mitumba ya Gakaranka na Mukike iri muri komine Mugamba; intara ya Bururi, mu gatondo ko kur’uwu wa gatanu igenekerezo rya...
View Article#Indundi Sports|Berco Stars yiteguriye gute inkino za Play Offs buca...
Muri kino gihe umugwi wa Berco Stars n’umugwi ufise izina rikomeye muri Basket Ball ya hano mu Burundi mu karere k’ibiyaga binini ndetse no muri Afrika nzima kuko u mwaka uheze wafashe ikibanza...
View Article#Burundi| Umushikirizamanza Gashusho Prosper amenyesha ko hari abamuhigira...
Nkuko twari twabitohoje tukongera tukabibamenyesha, Umushikirizamanza Gashusho Prosper asanzwe ari icariho c’umushikirizamanza wa Parike ikukira Sentare Isubiramwo imanza mu gisagara ca Bujumbura,...
View Article