Indundi Urwaruka rwo mugisagara ca Bujumbura rusabwa kuja mu ma komite y’umutekano, ivyo bikaba vyashikirijwe mu nama yagirishijwe kur’uyu wa 11 Rusama(05) n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura Freddy Mbonimpa. Inama yari yatumiwemwo imboneza mu Rwaruka hamwe n’abarongoye abandi mu ntwaro. Ivyo n’ibindi kurikirana mu majwi […]
↧