Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#indundi | Ntare niko kazina k’indirimbo nshasha ya Master Bk

$
0
0
Indirimbo Ntare ngo niyo ndirimbo nshasha y’umuririmvyi Master Bk igihe gushirwa ahabona nkuko yabiyagiye indundi magazine. Indundi Inyuma y’indirimbo inkinzo ya Nyaburunga yakunzwe cane, umuririmvyi Master Bk yamenyesheje ko ari muri studio gukora indirimbo nshasha yizera ko izokundwa cane kuko yakuwe mu bakunzi biwe. Iyo ndirimbo avuga ko agiye gukora azoyita ngo INTARE, ako ngo […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles