#Burundi|CNDD FDD|Gelas Ndabirabe ati igenekerezo rya 13 Rusama 2015 nti...
Indundi Umusi w’igenekerezo rya 13Rusama 2015 ngo ni ntibagiranwa ku mugambwe CNDD FDD aho hashatswe guhirikwa ubutegetsi bikozwe n’umurwi w’abasirikare barongowe na Gnrl GodFroid NIYOMBARE akomoka...
View Article#indundi | Ikirangamisi c’ibiteramo Fortran agiye gukora camaze gusohoka
Ikirangamisi c’ingendo umuririmvyi Fortran Bigirimana agiye gukora camaze gushirwa ahabona, ivyo kikaba biboneka Ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Indundi Uwo muririmvyi inyuma y’ukumenyesha ko afise...
View Article#indundi | Fizzo yamaze gushika I Bujumbura
Mugani desire yashitse I Bujumbura aho ajanywe n’ugukora igiteramo kuri Lycée Du Lac Tanganyika. Indundi Inyuma y’igihe kitari gito umuririmvyi Mugani desire adashika I Bujumbura kubera ubwinshi...
View Article#Burundi|Abanyagihugu be n’abategetsi b’Uburundi ngo bavyukiye mu myiyerekano
Ku mwaka waraye urangiye hapfuvye ihirikwa ry’ubutegetsi bwa Nkurunziza, abategetsi b’i Bujumbura bahamagariye abanyagihugu kugira imyiyerekano uno musi igenekerezo rya 14 rusama ngo bigine iyo...
View Article#Burundi| Umuntu umwe yarishwe abandi 21 barakomereka mu gitero cabaye mu Bwiza
Hari mw’ijoro ryo ku musi wa kane buca ari ku musi wa gatanu igenekerezo rya 12 rusama uwu mwaka igihe c’isaha zibiri zijoro, aho abagizi ba nabi bitwaje ibirwanisho batera ubunywero bw’umuntu azwi...
View Article#Burundi|Ibitaro vya Leta y’i Bujumbura ngo ntibikironka imiti bihereza abarwayi
Ikena ry’imiti rimaze imisi ryibonekeza mu bitaro bitandukanye vya Leta mu gisagara ca Bujumbura. Iryo kena ry’imiti rije ryiyongera ku butunzi butari ikirenga bw’ivyo bitaro canecane ngo icatumye haba...
View Article#Indundi Sports| Ninde agiye gutumako intamba mu rugamba Senior gutangura...
Kuva ku musi wa kabiri aho bimenyekaniye ko umumenyereza mukuru w’Intamba mu rugamba, Ait AbdelMalek Ahcene ashobora kutagaruka kumenyereza intamba mu rugamba, muri kino gihe abakunzi b’intamba mu...
View Article#indundi | Bimwe mu vyabaye kuri Fariouz aho yashika i Bujumbura
Umusahiri wa Mugani desire ariwe Alexis Muyoboke yasubijwe inyuma aho yaragiye gusigura ivy’uwo yaraserukiwe Ku nsamirizi Buja Fm. Amakuru dushikira akaba avuga ko yasabwe ko haza Fizzo we nyene...
View Article#Indundi Sports| CECAFA Kagame Cup 2016 yahinduriwe aho izokinirwa
Ku ncuro ya kabiri yikurikiranya igisagara ca Dar Es Salam nico kigiye kandi gutunganya ihiganwa ry’imigwi yaba ye iya mbere iwayo mu karere k’ubuseruko mu gikombe citiriwe Kagame Cup. Ivyo bikaba...
View Article#Burundi|Ibirori vyo gushingurana iteka President Jean Baptiste Bagaza...
Leta y’uburundi Izokwifatanya n’umurnyango wa President Jean Baptiste Bagaza mu kumushingurana iteka,murashobora gukurikirana ikirangamisi mu majwi no mu nyandiko , kuva ku magenekerezo 15 Rusama(05)...
View Article#Burundi|Le gouvernement burundais charge le Rwanda pour son soutien présumé...
Un rapport confidentiel remis au Conseil de sécurité des Nations unies accuse le Rwanda d’avoir aidé, au moins jusqu’au début de l’année 2016, les rebelles burundais. C’est ce qui ressort d’une...
View Article#Burundi|Abamenyeshamakuru bo mu ma radio ya turiwe baremanga ko vyakozwe...
Umwaka urarangiye ama radio y’igenga yakundwa cane n’abanyagihugu aturiwe kur’uwu wa 14 Rusama(05) abamenyeshamakuru bayo ma radio yasambuwe,araturirwa eka mbere no gusawurwa yasahuwe barenga ko ako...
View Article#Burundi| Umugambwe Uprona utari muri Leta ngo urafise ivyo uzosaba mu...
Mu biganiro bizohuza abarundi bitegekanijwe kuba kw’igenekerezo rya 21 rusama uwu mwaka, umugambwe w’abadasigana Uprona usanzwe utari mu ntwaro ya Nkurunziza uramenyesha nawo ko uzokwitabira ivyo...
View Article#indundi | Fizzo ashobora kuva i Bujumbura akoze amasanamu y’indirimbo
Amasanamu y’indirimbo Mugani Desire yakoranye na Peter Niyo ngo ashobora gufatwa imbere yuko ico gihangange kiva I Bujumbura. Indundi <<Atagihindutse mu gatondo turafata amasanamu y’indirimbo Big...
View Article#Burundi| Ishirahamwe SRDI ryafatiye ibihano abarimyi b’imiceri mu kiyaya c’Imbo
Abarimyi b’imiceri batashoboye kuriha amadeni bari basavye mw’ishirahamwe SRDI ngo bagiye kwakwa imirima bahora barimamwo iyo miceri. Ayo madeni bari bahawe n’iryo shirahamwe ngo agizwe canecane...
View Article#Burundi|Igihugu c’Uburusiya gisabwa kugira imigenderanire ikomeye hamwe...
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Petero NKURUNZIZA yarakiriye mu biro vyiwe intumwa ya Perezida w’igihugu c’Uburusiya Vradimir Poutine ejo haheze igenekerezo rya 14 rusama uwu mwaka. Nk’uko tubishikirizwa...
View Article#Burundi|Mahama|Umusi mukuru wa Pentekoti wazananye n’imibabaro
Mu gihe abakristu bo kw’isi yose bari baramukanye umunezero mwishi wo kwigina umusi mukuru wa pentekoti, impunzi z’abarundi zituye mw’ikambi y’impunzi iri mu Gihugu kibanyi c’Urwanda neza na neza...
View Article#Indundi|Fizzo Mugani Désiré yarabiciye biracika kw’ishure ryitiriwe ikiyaga...
Umuririmvyi Mugani Désiré azwi cane kwizina rya fizzo canke Burundiano kur’uyu wa 14 RUSAMA(05) yarabiciye biracika kw’ishure ryitiriwe ikiyaga ca Tanganyika, aho yari yaje kurabwa n’isinzi ryabantu...
View Article#Burundi| Umunyamabanga mukuru wa CIRGL ngo yoba yirukanywe mu Burundi
Amakuru aguma azunguruka guhera ejo haheze anuganuga ko umunyamabanga mukuru wa CIRGL, umushingantahe Ntumba Luaba, yoba yahakaniwe na Leta y’Uburundi kubandanya arangurira imirimo yiwe mu Burundi...
View Article#indundi | Akes Don na TDS Team the swagger bagiye gushira ahabona indirimbo...
Sugar n’indirimbo igiye kuja ahabona y’umurwi TDS Team The swagger,bakaba bayikoranye na Akes Don. Indundi Inyuma yugukora indirimbo na masanamu yayo Akes Don yise semibira ubu naho mumisi mikeyi...
View Article