Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 9033 articles
Browse latest View live

#Burundi| Ibitaro bikuru vya Mpanda ngo ntibigira utuzu twa Sugumwe dukomeye...

Ibitaro bikuru vya Mpanda biri mu ntara ya Bubanza, ngo kuva vyubatswe guhera mu mwaka wa 2011, biri n’ingorane zijanye n’utuzu twa sugwumwe aho bamwe bamenyesha ko tutigeze dukora kuva igihe ivyo...

View Article


#Indundi Sports|Saido Ntibanzonkiza ntakibandanije muri Stade Malherbe de Caen.

Kuva ku munsi w’ejo ku mugoroba bimwe mubinyamakuru vyo mu gihugu c’Ubufaransa (France Actu n’ibindi), mbere n’ikinyamakuru c’umugwi wa Stade Malherbe de Caen , vyarashize ahabona ko umusore w’umurundi...

View Article


#Indundi Sports | Bipfubusa Methode, umwe mu banyegoli baranze umupira...

Umunyegoli wa kera yaciye mu migwi myinshi igera kuri cumi n’itatu, kuva mu myaka ya mirongo icenda (1990). Akaba yaciye mu migwi ikomeye nka Inter Stars na Vital’o FC, akaba yarangije mu mwaka wa 2013...

View Article

#Indundi Sports| Tambwe Amissi mu mateka ya Vodacom Premier Ligue mu gihugu...

Inyuma y’ugutsinda ibitsindo bigera mirongo ibiri(20) mw’ihiganwa ryo mu gihugu ca Tanzaniya, Tambwe yinjiye mu gitabu c’abasatirizi mu gihugu ca Tanzaniya kuko hari hahaze imyaka igera kw’icumi...

View Article

#Indundi Sports | Urutonde rw’abakinyi batumweko mu ntamba mu rugamba ku...

Kuri uno munsi wa kabiri, uwuherutse gufata amabanga y’ukumenyereza umugwi nserukiragihugu, inyuma y’aho umumenyereza mukuru Ait Abdel Malek Ahcene aherutse kuva muri ayo mabanga. Niyungeko Alain...

View Article


#indundi | Fizzo agiye gusubira I Bujumbura mu giteramo

Igaruka rya Big Fizzo I Bujumbura mu biteramo ngo ni mu kwezi kwa gatandatu.  Indundi Mu kwezi kwa gatandatu ngo Niho umuririmvyi Mugani Desire azogaruka I Burundi nkuko amakuru dukesha abegereye uwo...

View Article

#indundi | Indirimbo yakoze Kera Kidum agiye kuyikorera amasanamu

Indirimbo Ubushikiranganji ya Kidum igiye gukorerwa amasanamu inyuma y’imyaka itari mike ikozwe. Indundi Inyuma y’imyaka yababa muringo bibiri Indirimbo ikozwe, umuririmvyi Ninbona Jean Pierre agiye...

View Article

#Burundi|Impinga iracari ndende mu buhinga bwa none

Indundi Kur’uwu wa 17 Rusama (05)_kw’isi yose harahimbazwa umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe ubuhinga bwa none. Uwo musi urihambazwa na hano mugihugu cacu Icivugo cuwumwaka ni: “Gushira imitahe murico...

View Article


#Burundi|Bimwe muvyaranze ishingurwa nyezina ry’umuhisi Jean Batiste Bagaza

Nk’uko twari twabibashikirije ejo haheze, uwu musi igenekerezo rya 17 rusama 2016, niho haba ishingurwa nyezina rya nyakwigendera Perezida Yohani Batista Bagaza. Hatanguye kuba igisabisho co ku...

View Article


#Indundi|Divine mwihiganwa UKM mugihugu ca Norvege

Divine n’umwe mu bigeme basazwe bariko barabica bigacika mu mahiganwa ariko abera mu gihugu ca Norvege, akaba asanzwe ari n’umwana w’igihangange Femi de Jabat. Indundi Divine akaba ar’umwigeme asanzwe...

View Article

#indundi | Diamond na Chris Brown bagiye gukorana indirimbo

Indirimbo hagati ya Diamond na Chris Brown ngo igiye gukorwa nkuko bishikirizwa na MTV BASE.  Indundi Inyuma yaho hamenyekaniye ko urugendo Diamond Platnumz aherukamwo muri leta zunze ubumwe za America...

View Article

#indundi | Dj Pro agiye gusohora amasanamu ya Maïsha na Muziki

Amasanamu y’indirimbo Maisha na Muziki agiye gushirwa ahabona mu giteramo Dj Pro azokorera muri Africa y’epfo.  Indundi Indirimbo Maisha na Muziki iri mu ndirimbo za nyuma umuririmvyi Dj Pro aheruka...

View Article

#Indundi Sports |Fiston Abdoulazak agiye kuboneka muri FIFA Magazine.

Fiston Abdoulazak umusatirizi w’intamba mu rugamba ariko arigaragaza cane mu mahiganwa mpuzamakungu, akaba aherutse guha ikiganiro umunyamakuru w’ishirahamwe rya FIFA, mu nkino mpuzamakungu zigera...

View Article


#Burundi|Petero Nkurunziza ati ntamacakubiri yaranze intwaro ya President...

  Hashikirijwe amajambo y’inkoramutima kur’uwu wa 17 Rusama(05) mu gihe bariko bafubana iteka umu hisi Jean Baptiste Bagaza yahoze arongoye igihugu cacu . Umukuru w’igihugu yamenyesheje abaraho ko...

View Article

#Indundi film|Inyuma y’ireresi “Najuta Shamsa”, umurwi The Brothers ugiye...

Kuva igihe umukinyi w’amareresi mu Burundi akaba ari nawe arongoye umurwi “The brohers”, umushingantahe Shamsa Ford, aganutse avuye mu gihugu ca Tanzania aho yari yagiye guheraheza gukina ireresi yiswe...

View Article


#Burundi| Willy Nyamitwe aramenyesha ko ata biganiro bizobera i Arusha

Mu gihe yariko arishura ku bibazo vy’abamenyeshamakuru bo kuri radio na televiziyo y’Uburundi, umuhanuzi mukuru wa Perezida w’Uburundi, Willy NYAMITWE yemeje ko Leta y’Uburundi yamaze kuronka ubutumire...

View Article

#Indundi Sports |Urutonde rw’abakinyi Senegal izokwikorako mu rukino Burundi-...

Umumenyereza w’igihugu ca Senegal Aliou Cisse akaba nawe yahoze ari kizigenza w’uyo mugwi mu ntango z’imyaka y’ibihumbi bibiri, kuri uno musi wa gatatu yashize ahabona urutonde rw’abakinyi bagera kuri...

View Article


#Indundi Sports | Ntibazonkiza Saido yoba ariko aregereza umugwi wa Montpellier.

Inyuma y’ukudashimwa ku bandanya mu mugwi wa Stade Malherbe de Caen, uwahoze ari kizigenza w’intamba mu rugamba, Saido Ntibazonkiza muri kino gihe yoba ariko aronderwa n’umugwi wa Montpellier nk’uko...

View Article

#Burundi Diaspora|Abarundi bo muri Arizona bashinguranye iteka umuhisi...

Nk’uko iki kinyamakuru canyu cari cabibashikirije mu misi iheze, hari ku musi wa Mungu igenekerezo rya 8 rusama 2016 aho ishirahamwe ry’abarundi ryitwa “BAHO” risanzwe rikorera Arizona muri Leta...

View Article

#Burundi| Hari ababona amakenga mu rutonde rwasohowe rw’abazoserukira...

Urwaruka rusanzwe ruri mu migambwe canke mu nani z’imigambwe isanzwe itari muri Leta y’Uburundi narwo nyene ngo rwarose akaryo ko kuzoserukirwa mu biganiro bizohuza abarundi bitegekanijwe kuzobera i...

View Article
Browsing all 9033 articles
Browse latest View live