Umunyegoli wa kera yaciye mu migwi myinshi igera kuri cumi n’itatu, kuva mu myaka ya mirongo icenda (1990). Akaba yaciye mu migwi ikomeye nka Inter Stars na Vital’o FC, akaba yarangije mu mwaka wa 2013 ahejeje gutwara igikombe ca CECAFA Kagame Cup ku ncuro ya mbere ku mugwi uva mu Burundi ico gihe yari muri […]
↧