Inyuma y’ugutsinda ibitsindo bigera mirongo ibiri(20) mw’ihiganwa ryo mu gihugu ca Tanzaniya, Tambwe yinjiye mu gitabu c’abasatirizi mu gihugu ca Tanzaniya kuko hari hahaze imyaka igera kw’icumi atamusatirizi ashikije ibitsindo nk’ivyo. Ku munsi w’imana niho umugwi wa Yanga Afrikands wahabwa igikombe c’ihiganwa ca Vodacom Premier League aho kari akanyamuneza gakomeye kuri bamwe muri abo bakinyi […]
↧