Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi|Impinga iracari ndende mu buhinga bwa none

$
0
0
Indundi Kur’uwu wa 17 Rusama (05)_kw’isi yose harahimbazwa umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe ubuhinga bwa none. Uwo musi urihambazwa na hano mugihugu cacu Icivugo cuwumwaka ni: “Gushira imitahe murico gisata uburyo bwiza bwo kwiteza imbere.” Nestori Bankumukunzi umushikiranganji bwo gutumatumanako amenyesha ko mu Burundi intambwe yambere yatewe mu gukwiza urutisnga rugera ku km 1500  mu gihugu cose ariko impinga […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles