Nk’uko twari twabibashikirije ejo haheze, uwu musi igenekerezo rya 17 rusama 2016, niho haba ishingurwa nyezina rya nyakwigendera Perezida Yohani Batista Bagaza. Hatanguye kuba igisabisho co ku musezera cabereye kuri Cathédrale Regina Mundi, aho ico gisabisho cari citabwe n’abantu isinzi uhereye ku mukuru w’igihugu Petero Nkurunziza n’umutambukanyi wiwe, Icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Gaston Sindimwo, […]
↧