Divine n’umwe mu bigeme basazwe bariko barabica bigacika mu mahiganwa ariko abera mu gihugu ca Norvege, akaba asanzwe ari n’umwana w’igihangange Femi de Jabat. Indundi Divine akaba ar’umwigeme asanzwe ari mwihiganwa ririko ribera mu gihugu ca Norvege ,igihe twamubaza ko yoba yituguriye gutwara intsinzi muri iryo higanwa yatuyagiyeko ariko arakora neza cane kandi abandanya yitegura […]
↧