Indirimbo hagati ya Diamond na Chris Brown ngo igiye gukorwa nkuko bishikirizwa na MTV BASE. Indundi Inyuma yaho hamenyekaniye ko urugendo Diamond Platnumz aherukamwo muri leta zunze ubumwe za America Atari gukora igiteramo gusa ahubwo harimwo n’uguheraheza ugukora Indirimbo Indirimbo yiwe na NEYO, hamenyekanye ikindi gihangange hagiye gukorana Indirimbo. Ikinyamakuru MTV BASE igisata ca Africa […]
↧