Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 9033 articles
Browse latest View live

#Burundi|Harusha|Ibiganiro bigiye gutangura ntibibonwa kumwe n’imirwi izovyitaba

Umwaka urarenga mu gihugu hadutse impairi ku banyepolitique i Bujumbura biturutse ku kiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza, ivyahavuye bivamwo gusesa amaraso y’inzirakarengane. Umuti uhurizwako na...

View Article


#indundi | Kidum yiterwe i Bujumbura inyuma y’ubwongereza

Kidum azokorera igiteramo I Bujumbura inyuma y’ivyo azokorera Ku mugabane wa Buraya mu bwongereza. Indundi Kidum ngo abamwitegurira banyarutse kurondera udufaranga two kwinjira mu biteramo vyiwe. Ivyo...

View Article


#Burundi|Olucom|ubutunzi bw’igihugu bugeze musi y’ubusa(-7)

Gabriel Rufyiri arater’akamo Leta, abanyepolitique, abari mu mashiramwe adaharanira ivyicaro vya politique ko mu biganiro vyimirije ikibazo nyamukuru coba ubutunzi bugeze aho umwasi ashaka, akamenyesha...

View Article

#Burundi|Urunani CNARED ngo ntiruzoja mu biganiro bitegekanijwe kubera i Arusha

Nk’uko bibonekera mu rwandiko rwasohowe rukongra rugaterwako umukono n’uwujejwe ibijanye n’ugutumatumanako amakuru mu runani CNARED kw’igenekerezo rya 17 rusama uwu mwaka, urwo runani ngo ntiruzoja mu...

View Article

#Indundi Sports|CAF yafashe ingingo ntabanduka ku rukino Burundi -Senegal .

Nk’uko bibonekera mu ngingo y’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Afrika, Ikibuga ca Stade Prince Louis Rwagasore nico kizakira urukino rw’intamba mu rugamba n’intambwe za Teranga kw’igenekerezo rya...

View Article


#indundi | Aimé M. agiye gukora amasanamu y’indirimbo yakoranye na Sat-b

Aimé M. agiye gukorana amasanamu na Sat-b y’indirimbo yabo nshasha itarashirwa Ku mugaragaro mu gihugu c’ubugande naho hataramenyekana igihe. Indundi Indirimbo y’umuririmvyi Aimé M. yakoranye na Sat-b...

View Article

#indundi | Band ya Jaydee yahinduriwe izina

Lady Jaydee yamenyesheje ko Band yiwe itagisubira kwitwa Machozi Band Igihe kwitwa The Band.  Indundi Umuririmvyikazi Lady Jaydee yashikirije Ku mboneshakure Eatv ko umurwi umuvugiriza umuziki (Band)...

View Article

#indundi | Happy Famba yahinduye photo yarimaze igihe kigomba kungana imyaka 2

Inyuma y’indwi zibiri profile ya Happy Famba ya Facebook hagiyeko foto 2 inyuma y’imyaka yababa ibiri idahindurwa.  Indundi Mu kiringo c’indwi zibiri gusa umuririmvyi Happy Famba yahinduye foto yiwe ya...

View Article


#Burundi| Benjamin William Mkapa aramenyesha uko ibiganiro bizogenda

Mw’itangazo ryasohowe n’ibiro vy’uwuzofasha mu biganiro bizobera i Arusha (Arusha International Conference Centre) mu Gihugu ca Tanzaniya ejo aho bukera kw’igenekerezo rya 21 rusama uwu mwaka,...

View Article


#Indundi Sports Basket Ball: Dynamo yaraye ikuwe mu mahiganwa ya Play Offs.

Inyuma y’indwi imwe gusa amahiganwa ya Play Offs atanguye hano mw’ishirahamwe rya Basket Ball mu gisagara ca Bujumbura, Umurwi wa Dyanamo waraye ukuwe mu mahiganwa inyuma y’ugukinisha umwe mu bakinyi...

View Article

#Indundi Sports|Intamba U20 ngo ziriteguriye bikwiye urukino ruzoba ku munsi...

Ayo n’amajambo ashikirizwa n’umumenyereza mukuru w’Intamba mu Rugamba zidashitsa imyaka 20 buca zihura n’umugwi userukira igihugu ca Nigeria hano mu gisagara ca Bujumbura. Umumenyereza aremeza ko...

View Article

#Indundi|Sat B ati kuba narashize ihereni ku jisho n’ukwerekana ko artiste...

Muri kino gihe haboneka ihinduka ku mubiri wa Sat B, Satura ivyo yita [Swagg], ibishasha akaba arugutobora ku ruhande rwo hejuru y’ijisho agashirako amahereni. Bamwe n’abandi ntibabitahura kumwe...

View Article

#Burundi|Intara ya Rutana ngo igiye kwijukira ibijanye n’isuku hamwe...

Imisi yose ya gatandatu iheza ukwezi ngo igiye kuba imisi yagenewe kwijukira isuku mu ntara ya Rutana. Ivyo vyashikirijwe na Buramatari arongoye iyo ntara, umushingantahe Bède NYANDWI, mu nama yari...

View Article


#Burundi|Abantu bitwaje ibirwanisho baraye bagize igitero muri Mugamba

Nk’uko tubishikirizwa n’umunyagihugu asanzwe aba ku mutumba wa Mukara wo muri komine ya Mugamba, intara ya Bururi, ngo hari mu masaha yitereye ashira isaha zitatu n’igice z’ijoro, aho abanyagihugu...

View Article

#Burundi|Perezida Pierre Nkurunziza yaraye yuguruye ibikorwa vy’ukwubaka...

    Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Petero Nkurunziza yarakoranije kuri uwu wa kane igenekerezo rya 19 rusama 2016, imvukira n’abatware b’intara ya Ruyigi. Iyo nama ikaba yabereye ku murwa mukuru wa...

View Article


#Burundi|Abakunze gufata “dunyuri” ngo baba bariko bonona amagara yabo...

Ngo vyaramaze kuba nk’umugenzo aho abatwara amakinga bava mu gisagara ca Bujumbura baja mu ntara zo hagati mu gihugu basanzwe bajana i barabara rya Bujumbura-Gitega (Bugarama) RN1, bafata inyuma kuri...

View Article

#indundi | Diamond Ku rutonde rw’abaserukira Africa y’ubuseruko muri BET

Diamond Platnumz agiye guserukira Africa y’ubuseruko ari we nyene muri BET aho azohiganwa n’ibindi bihangage bikomeye vyo muri Africa. Indundi Africa y’ubuseruko Igihe guserukirwa mw’ihiganwa BET Ku...

View Article


#indundi | Natacha na Gaga Blue bagiye gushira ahabona Video ya Utaipenda

Indirimbo Utayipenda amasanamu yayo agiye gushirwa ahabona nkuko bishikirizwa na Natacha na Gaga Bue aribo bene kuyiririmba.   Indundi Niko karirimbo kabo gashasha kagiye gushirirwa amasanamu ahabona...

View Article

#Burundi|Ikibazo ca Leta ngo kigiye gukorwa mu gihe abanyeshule bataraheza...

Mu gihe hasigaye iyinga zike cane kugira hakorwe ikibazo ca Leta giha uburenganzira abanyeshule bo mu mwaka w’icenda w’amashule nshingiro hamwe n’abo mu mwaka w’icumi w’igice ca mbere c’amashule...

View Article

#Indundi Sports|Intamba U20, menya abakinyi batangura mu kibuga kuri uno...

Mu rukino rwitezwe n’abantu isinzi hano mu gisagara ca Bukumbura kuri uno muhingamo hagati y’intamba mu rugamba z’abadashikana imyaka 20 n’umugwi wa Flying Eagles wa Nigeria ku kibuga citiriwe umuganwa...

View Article
Browsing all 9033 articles
Browse latest View live