Nk’uko tubishikirizwa n’umunyagihugu asanzwe aba ku mutumba wa Mukara wo muri komine ya Mugamba, intara ya Bururi, ngo hari mu masaha yitereye ashira isaha zitatu n’igice z’ijoro, aho abanyagihugu b’aho mu Mugamba ngo batangura kwumva urutavanako rw’amasasu. Uwo munyagihugu abandanya amenyesha ko bari abagabo bitwaje ibirwanisho bambaye umwambaro w’igisirikare c’Uburundi aho ngo bari bateye amazu […]
↧