Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 9033 articles
Browse latest View live

#Indundi Sports| Jef Nzokira yishimira igikombe ca kane atwaye mw’ihiganwa...

Ku munsi w’ejo niho umugwi wa AS Djibouti Telecom, usanzwe ukinamwo umunyegoli w’intamba mu rugamba Jef Nzokira, wahabwa ku mugaragaro igikombe c’ihiganwa ry’igihugu ca Djibouti. Nk’uko tubishikirizwa...

View Article


#indundi | J. Samson na Hondwa Mathias basohiye amasanamu y’indirimbo yabo

Amasanamu y’Indirimbo Mu ngoro ya J Samson na Mathias Hondwa amenyerewe mu guhimbaza Imana muri Tanzania yamaze gushirwa ahabona. Indundi Ikindi gikorwa kigira kabiri giheruka gushirwa ahabona...

View Article


#Burundi Diaspora| Uwu musi niho umuhisi Filipo BARAMPAMA yashinguranwa iteka

Nk’uko iki kinyamakuru canyu cari cabibashikirije mu misi iheze, hari ku musi wa Mungu igenekerezo rya 8 rusama 2016 aho ishirahamwe ry’abarundi ryitwa “BAHO” risanzwe rikorera Arizona muri Leta...

View Article

#Burundi| Ubuhinga bw’ugutanga amakuru n’itumatumanako hamwe n’iterambere...

Mu ntumbero y’uguhimbaza umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe ubuhinga bw’ugutanga amakuru hamwe n’itumatumanako, Umushikiranganji w’umutekano, umushingantahe Allain Guillaume BUNYONI yarashoboye...

View Article

#Indundi Sports |Rugby: Intambwe z’Uburundi zatahukanye ikibanza ca gatatu mu...

Mu gihugu c’Urwanda kuva kw’igenekerezo rya 17 gushika ku munsi w’ejo hariko habera ihiganwa rihuza ibihugu bigera kuri bine Rwanda, Uburundi, Lesotho hamwe na RDC. umugwi wa RDC akaba ariwo waraye...

View Article


Indundi Sports|Rally : Umurundi mw’ihiganwa ry’ugusiganwa n’imiduga ku...

Ishirahamwe ry’ugusiganwa ku miduga hano mu Burundi baramenyesha ko Uburundi bugiye kwitabira ihiganwa ry’ugusiganwa n’imiduga rizobera mu gihugu c’Ubufaransa mu gisagara co mu bumanuko ca Valence kuva...

View Article

#Indundi Sports| Francine Niyonsaba, mu kibanza ca kabiri muri Ligue de...

Mu mpera z’ino ndwi niho mu gihugu ca Maroc mu gisagara ca Rabat niho hariko harabera amahiganwa akomeye cane y’ukwinonora imitsi benshi bazi kw‘izina rya Ligue de Diamant canke Diamond Ligue, aho hari...

View Article

#indundi | Master Muzik yatanguje ihiganwa ridasanzwe

Ihiganwa Sinzohinduka Official Cover ryatanguye igenekerezo rya 20 rusama(5) ngo rizorangira igenekerezo rya 2 ruheshi(6) aho uwuhirwe azotahukana 50.000 fbu. Indundi Ihiganwa Sinzohinduka Official...

View Article


#indundi | Fizzo asigaye ari umuvuga Butumwa?

Kubera ivyo yashikirije kuri facebook, bamwe baribaza nimba Fizzo asoma Ijambo ry’Imana, abandi bo bakamutera intege mu gihe abandi baca bagirako bisabira ubufasha.  Indundi Hari ku musi wa gatandatu...

View Article


#Burundi|Igandagurwa bu nyamaswa rya nyakwigendera Bénoît Nizigiyimana

Hari mu masaha ashira isaha indwi z’ijoro kur’uwu wa gatandatu igenekerezo rya 21 rusama uwu mwaka turimwo, neza na neza kw’ibarabara rya kane ryo muri karitiye ya Mirango iri muri zone Kamenge, aho...

View Article

#Burundi|Umuti w’ibibazo vy’Abarundi ngo uzotorwa n’ Abarundi nyene ubwabo.

Ku musi wa gatandatu uheze, ibiganiro hagati y’Abarundi vyaratangujwe i Arusha mu gihugu ca Tanzaniya. Nkuko rero vyagiye biraenyeshwa, urunani CNARED ntabwo rwatumiwe nk’urunani, yamara hakaba hari...

View Article

#Burundi|Intererano ya Leta zunzubumwe ku bitaro vya gisirikare vyo mu Kamenge

Imodoka rusehabaniha ifise agaciro kagera ku bihumbi  54 vy’amadorari y’abanyamerika hamwe na ya moteri itanga umuyagankumba ifise agaciro k’ibihumbi 119 vy’amadorari y’amanyamerika niyo nfashashanyo...

View Article

#Indundi Sports|Athletisme|Imikangara mishasha ibandanya yigaragaza.

Ku munsi w’ejo hari hategekanijwe inkino zigira kane z’ukwinonora ku rwego rw’igihugu cose harya ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore. Mu ntumbero y’ukurondera imikangara y’abadashikana...

View Article


#Burundi|Umushikiranganji mushasha w’ubutunzi ahejeje kurahira mu Kigobe.

Ku musi wa gatatu igenekerezo rya 18 Rusama 2016, niho  Umukuru w’Igihugu c’Uburundi, yatera umukono kw’itegeko ry’umukuru w’Igihugu  numéro 100/107 du 18 mai 2016, rigena umushingantahe Domitien...

View Article

#Burundi| CNDH isaba kw’atamuntu yosubira gufatwa azira umwikeko

    CNDH mw’itangazo yasohoye kur’uwu wa 22 Rusama(05) irababazwa n’abantu bafatwa bakekwa kuba bakorana n’imirwi y’abitwaje ibirwanisho canke bakagirizwa kuba baragiye mu myirekano yo kwiyamiriza...

View Article


#indundi Sports|Intamba U20, inyuma y’ugutsindwa na Nigeria icizere kirahari...

Inyuma y’ugutsindwa igitsindo kimwe ku busa (0-1) n’umugwi wa Nigeria “Flying Eagles”, umumenyereza w’intamba mu rugamba z’abadashikana imyaka mirongo ibiri aremeza ko n’aho bahuye n’umugwi wa mbere...

View Article

#Burundi|Perizida Petero Nkurunziza amenyesha ko isuku rigiye guhagurukirwa

Mu rugendo umukuru w’igihugu Petero NKurunziza amazemwo imisi mu ntara ya Cankuzo yasavye abanyagihugu ko bategerezwa kwubaka utuzu twasugumwe n’utwubwogero kugira igihugu kirangwe n’isuku. Umukuru...

View Article


#Burundi|Umutekano muke muri Komine Burambi iri mu Ntara ya Rumonge.

Nkuko tubikura mu kinyamakuru ”Iwacu” , umutekano ntabwo wifashe neza namba na canecane muri Komine Burambi, aho uku kwezi kwa gatanu hishwe abagabo bane baba ku mutumba umwe hamwe n’uwundi aba...

View Article

#Burundi|Ingendo y’ukudahana ivyaha niyo yatumye inganda zitikira mu gihugu

Umwaka urigoroye umukuru w’umugambwe UPD ZIGAMIBANGA  Zed Feruzi, hari kw’igenekerezo rya 23 Rusama(05) 2015 aho ya gandagurwa imbere y’imuhira iwe mu karartiye ya Ngagara kuva ico gihe nta butungane...

View Article

Indundi|Sat- B yatanguye umuziki kugira akundwe n’inkumi

Imyaka cumi n’itatu iraraheze Sat-B atanguye umwuga wo kuririmba, nubwo bitari vyoroshe mu mwaka 2003, kubera ihangiro ryiwe ryo kugira akundwe n’inkumi kw’ igenekerezo rya 22/04 yahavuye aranka...

View Article
Browsing all 9033 articles
Browse latest View live