Quantcast
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi| CNDH isaba kw’atamuntu yosubira gufatwa azira umwikeko

    CNDH mw’itangazo yasohoye kur’uwu wa 22 Rusama(05) irababazwa n’abantu bafatwa bakekwa kuba bakorana n’imirwi y’abitwaje ibirwanisho canke bakagirizwa kuba baragiye mu myirekano yo kwiyamiriza ikiringo ca 3 ca Petero Nkurunziza atavyagiriji bikwiye bihari. CNDH irababazwa kandi nabagerageza gucanishamwo inzego zumutekano haba mu gutandukanya abahoze mu gisoda ca kera canke abahoze mimirwi irwana CNDH […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles