Inyuma y’ugutsindwa igitsindo kimwe ku busa (0-1) n’umugwi wa Nigeria “Flying Eagles”, umumenyereza w’intamba mu rugamba z’abadashikana imyaka mirongo ibiri aremeza ko n’aho bahuye n’umugwi wa mbere kw’isi usanzwe ufise igikombe c’abadashikana imyaka 17 mu mwaka uheze. Hategekanijwe urukino rwa kivandimwe n’Intamba z’abakuze n’aho hataramenyeshwa umunsi n’aho ruzobera. kubw’umumenyereza wa Nigeria we yaremeje ko uburundi […]
↧