Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi|Perizida Petero Nkurunziza amenyesha ko isuku rigiye guhagurukirwa

$
0
0
Mu rugendo umukuru w’igihugu Petero NKurunziza amazemwo imisi mu ntara ya Cankuzo yasavye abanyagihugu ko bategerezwa kwubaka utuzu twasugumwe n’utwubwogero kugira igihugu kirangwe n’isuku. Umukuru w’igihugu amenyesha kandi ko hariho abanyagihugu benshi batagira utuzu twa sugumwe eka ikitavuzwe co n’utuzu tw’ubwugero kuko bashobora no kumara amezi atatu baticishijeko utuzi……… Indundi 12,239 total views, 9,084 views today

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles