Nkuko tubikura mu kinyamakuru ”Iwacu” , umutekano ntabwo wifashe neza namba na canecane muri Komine Burambi, aho uku kwezi kwa gatanu hishwe abagabo bane baba ku mutumba umwe hamwe n’uwundi aba k’uwundi muntumba ariko muri iyo Komine nyene. Ku magenekerezo ya 9 na 10 Rusama 2016 abantu batatu Emmanuel Ndekatubane, Rémy Nsengiyumva na Domitien Manirakiza baragandaguwe […]
↧