Umwaka urigoroye umukuru w’umugambwe UPD ZIGAMIBANGA Zed Feruzi, hari kw’igenekerezo rya 23 Rusama(05) 2015 aho ya gandagurwa imbere y’imuhira iwe mu karartiye ya Ngagara kuva ico gihe nta butungane buragira ico bushikirije kur’urwo rupfyu. Nkuko bishikirizwa na Marina Barampama i dossier yurwo rubanza yavunditswe mu kabati akanamenyesha ko ingendo yo kudahana ivyaha ariyo yatikije inganda […]
↧