Imyaka cumi n’itatu iraraheze Sat-B atanguye umwuga wo kuririmba, nubwo bitari vyoroshe mu mwaka 2003, kubera ihangiro ryiwe ryo kugira akundwe n’inkumi kw’ igenekerezo rya 22/04 yahavuye aranka amahirwe yo gukora indirimbo yambere ”Mtoto Mrembo” mu nzu y’umuhinyanyuzi Bochum. Indundi Aboubakar Karume benshi bazi nka Sat-b akaba avuka mu misozi ihanamiye igisagara ca Bujumbura neza na […]
↧