Inyuma y’ugushika ku munsi w’ejo mu gisagara ca Kigali abasore bamenyerezwa na Aliou Cisse, kuri uno munsi wa kabiri mu gatondo, bakaba bakoze imyimenyerezo ku kibuga ca Stade Regional y’Inyamirambo. Mu rukino rwa kivandimwe rutegekanijwe kuri uno wa gatandatu kw’igenekerezo rya 28 Rusama ruzobahuza n’Amavubi y’igihugu c’Urwanda.Umugwi wa Senegal ukaba wifuje kuzindukas muri kano karere […]
↧