Indundi Aba baririmvyi bose n’abagenzi cane n’ikivyerekana n’uko baheruka n’ugukorana indirimbo yabo bise Quel heure bisigura ngo ni sangapi? Hagaragaye isanamu zitandukanye zabo baririmvyi bose yaba Stikk na Alvin bari mu bibanza bitandukanye ariko basa n’abambaye ikirato kimwe. Ivyo bikaba vyateye amakenga abatari bake mu gihe bibaza bati :”mbega ninde nyene ico kirato hagati […]
↧