Umushikiranganji w’umutekano, Generali Alain Guillaume BUNYONI yarakoresheje inama y’ukwihweza uko umutekano wifashe muri rusangi mu karere k’uburaruko bushira ubuseruko. Umutekano rero ngo muri rusange uhagaze neza , uretse uruja n’uruza rw’Abarundi bava mu Gihugu c’Urwanda birukanwe, yamara ngo kuri ico kibazo bakaba bariko bariga uko bogitorera inyishu bafatanije n’abari mu ntwaro. Ibindi ngo navyo kandi […]
↧