Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi| Ubuhinga bw’ugutanga amakuru n’itumatumanako hamwe n’iterambere ry’Igihugu

$
0
0
Mu ntumbero y’uguhimbaza umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe ubuhinga bw’ugutanga amakuru hamwe n’itumatumanako, Umushikiranganji w’umutekano, umushingantahe Allain Guillaume BUNYONI yarashoboye kugendera kuri uwu wa kane uheze ahariko habera ihayanishwa ryari ryateguwe n’ikigo c’ubwo buhinga TIC ku kigo c’ihayanishwa c’i Bujumbura “palais des arts et de la culture de Bujumbura”. Muri urwo rugendo, umushikiranganji Bunyoni yarashoboye kuzunguruka […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033