Mu gihugu c’Urwanda kuva kw’igenekerezo rya 17 gushika ku munsi w’ejo hariko habera ihiganwa rihuza ibihugu bigera kuri bine Rwanda, Uburundi, Lesotho hamwe na RDC. umugwi wa RDC akaba ariwo waraye utwaye ikibanza ca mbere utsinze Urwanda mu rukino rwanyuma amanota agera kuri 12 kw’9. Umugwi w’i Burundi wabaye uwagatatu inyuma y’ugukina urukino rwa kabiri […]
↧