Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Indundi Sports|Rally : Umurundi mw’ihiganwa ry’ugusiganwa n’imiduga ku mugabane wa Bulaya..

$
0
0
Ishirahamwe ry’ugusiganwa ku miduga hano mu Burundi baramenyesha ko Uburundi bugiye kwitabira ihiganwa ry’ugusiganwa n’imiduga rizobera mu gihugu c’Ubufaransa mu gisagara co mu bumanuko ca Valence kuva kw’igenekerezo rya 27 gushika 29 Rusama, akaba ari ihiganwa rya cumi n’icenda ryitiriwe “Rally Terre de Dios”, iryo higanwa rikaba rizohuza abakora amahiganwa bose muri ico gihugu c’Ubufaransa […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles