Mu mpera z’ino ndwi niho mu gihugu ca Maroc mu gisagara ca Rabat niho hariko harabera amahiganwa akomeye cane y’ukwinonora imitsi benshi bazi kw‘izina rya Ligue de Diamant canke Diamond Ligue, aho hari hitavye abanonotsi bakomeye kw’isi. Francine Niyonsaba inyuma y’ugutwara umudali w’inzahabu mu kwezi kwa gatatu guheze mu mahiganwa y’ugusiganwa mu nzu, kuri uno […]
↧