Kubera ivyo yashikirije kuri facebook, bamwe baribaza nimba Fizzo asoma Ijambo ry’Imana, abandi bo bakamutera intege mu gihe abandi baca bagirako bisabira ubufasha. Indundi Hari ku musi wa gatandatu mw’ijoro igihe c’isaha zine zirenga gatoya Ku masaha y’i Bujumbura no mu Burundi aho umuririmvyi Mugani Desire yashira Ku rubuga rwa Facebook rwiwe amajambo y’Imana aboneka […]
↧