Ku munsi w’ejo niho umugwi wa AS Djibouti Telecom, usanzwe ukinamwo umunyegoli w’intamba mu rugamba Jef Nzokira, wahabwa ku mugaragaro igikombe c’ihiganwa ry’igihugu ca Djibouti. Nk’uko tubishikirizwa n’uyo mukinyi nyene atumenyesha ko mu myaka itatu amaze muri uno mugwi wa A S Djibouti Telecom, amaze gutahukana ibikombe bigera kuri bitatu bikurikiranya. Muri kino gihe uyo […]
↧