Amasanamu y’Indirimbo Mu ngoro ya J Samson na Mathias Hondwa amenyerewe mu guhimbaza Imana muri Tanzania yamaze gushirwa ahabona. Indundi Ikindi gikorwa kigira kabiri giheruka gushirwa ahabona n’umuririmvyi J. Samson ahari muri Tanzania nkuko amakuru dukura muri ico gihugu abishikiriza. Samson akaba aheruka gusohora Indirimbo yari yaremereye abakunzi b’umuziki wiwe ko azokorana n’umwe Mu basavukanyi […]
↧