Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Indundi Sports|Athletisme|Imikangara mishasha ibandanya yigaragaza.

$
0
0
Ku munsi w’ejo hari hategekanijwe inkino zigira kane z’ukwinonora ku rwego rw’igihugu cose harya ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore. Mu ntumbero y’ukurondera imikangara y’abadashikana imyaka mirongo ibiri (Junior) bazitaba amahiganwa ya Afrika azobera mu gisagara ca Durban mu gihugu ca Afrika y’Epfo. Abakinyi rero bashoboye kwigenza neza akaba ari bano: Mu bigeme: 100m: Ndayisaba […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles