Ku musi wa gatandatu uheze, ibiganiro hagati y’Abarundi vyaratangujwe i Arusha mu gihugu ca Tanzaniya. Nkuko rero vyagiye biraenyeshwa, urunani CNARED ntabwo rwatumiwe nk’urunani, yamara hakaba hari imigambwe iruhurikiyemwo yoyo yari yatuùiwe umwe wese ku gatwe kawo. Yamara rero nkuko abamenyeshamakuru bari aho iyo mishikirano izomara imisi itanu iriko irabera babimenyesha , koko nta muntu […]
↧