Nk’uko bibonekera mu rwandiko rwasohowe rukongra rugaterwako umukono n’uwujejwe ibijanye n’ugutumatumanako amakuru mu runani CNARED kw’igenekerezo rya 17 rusama uwu mwaka, urwo runani ngo ntiruzoja mu biganiro bizohuza abarundi bitegekanijwe kubera i arusha mu gihugu ca Tanzaniya kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 21 rusama 2016 kubera ko gushika n’ubu ngo batararonka ubutumire bwo kuzovyitabamwo […]
↧