Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Indundi Sports|CAF yafashe ingingo ntabanduka ku rukino Burundi -Senegal .

$
0
0
Nk’uko bibonekera mu ngingo y’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Afrika, Ikibuga ca Stade Prince Louis Rwagasore nico kizakira urukino rw’intamba mu rugamba n’intambwe za Teranga kw’igenekerezo rya 4 z’ukwezi kwa gatandatu. Nk’uko bishirwa ahabona n’ikinyamakuru AfrikFoot n’uko CAF yaronse raporo y’abahinga bayo bagenduye ku munsi w’ejo ikibuga ca Stade Ivyizigiro yo mu Rumonge ari naco kibuga […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles