Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi| Benjamin William Mkapa aramenyesha uko ibiganiro bizogenda

$
0
0
Mw’itangazo ryasohowe n’ibiro vy’uwuzofasha mu biganiro bizobera i Arusha (Arusha International Conference Centre) mu Gihugu ca Tanzaniya ejo aho bukera kw’igenekerezo rya 21 rusama uwu mwaka, umushingantahe Benjamin William Mkapa, rirerekana ko ku bantu bari batumiwe muri ivyo biganiro aribo : Leta y’Uburundi, imigambwe itandukanye, abari muri “societé civile”, amashengero atandukanye,hamwe n’abandi banyen’icubahiro bagiye baratorwa […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles