Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#indundi | Happy Famba yahinduye photo yarimaze igihe kigomba kungana imyaka 2

$
0
0
Inyuma y’indwi zibiri profile ya Happy Famba ya Facebook hagiyeko foto 2 inyuma y’imyaka yababa ibiri idahindurwa.  Indundi Mu kiringo c’indwi zibiri gusa umuririmvyi Happy Famba yahinduye foto yiwe ya Profile kuri Facebook iwe. Iryo hindagurika rikaba rikozwe inyuma y’igihe cababa imyaka 2 ibura amezi makeya adahindura iyo photo yiwe. Aho ni mu gihe ari […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033