Quantcast
Channel: kirundi – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

#Burundi|Abakunze gufata “dunyuri” ngo baba bariko bonona amagara yabo n’ay’uruvyaro rwabo

$
0
0
Ngo vyaramaze kuba nk’umugenzo aho abatwara amakinga bava mu gisagara ca Bujumbura baja mu ntara zo hagati mu gihugu basanzwe bajana i barabara rya Bujumbura-Gitega (Bugarama) RN1, bafata inyuma kuri vya bimodoka binini binini kugira ngo bibunguruze. Uwo mugenzo w’ukwiyunguruza muri ubwo buryo, abarundi bakaba barawutoreye n’izina aho bavuga ngo n’ugufata “dunyuri”. Abo bafata “dunyuri” […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 9033

Trending Articles